NON au régime criminel et dictatorial de Nkurunziza


Visiteur

/ #61 Re:

2013-11-27 12:59

#56: -

Ko mwigira gugu!

We yaravyemeye ariko abishe benshi kandi mwebwe nyene muzi bashobora kuba ari incuti zanyu mubafata nkabatagatifu.

Nibo babo usanga munzira barasaze. Erega amaraso arahuma aho guta umwanya uvuga umuntu utonashobora gukuraho kuko niwaba utamwemera hari benshi caane bamwemera, wirabe canke wicarire bagenzawe bamenje kumurusha kuko ivyari magera vyarageruye.

Nayo kuvuga ko asara nawe burya warasaze n'uko ntakuzi usanga duhora duhura wehera mwibarabara.

Imana igufashe ugeze kure kabisaaaa

Hahahaaaaaaaaaa